None ingaruka z'ivyo bintu ni izihe?
Bamwe mu bo twashoboye kuyaga batwiganiye ko ku banyakazi bigiye kubateranya n'abakoresha kuko batagishikira ku mwanya wategekanijwe. Abanyeshure nabo bahitamwo kuhatera ikirenge ku babishoboye narirya uburyo atari ikirenga kuri bamwe bamwe. Ariko bose ntibabona kumwe ivyerekeye iryo bura ry'ibitoro, bati vyoba biva ku ntambara iriko ihuza uburusiya na ukraine, abandi bati yamara yamara nibaduze igiciro kugira abanyamitahe baronke uburyo bwo kuja kurangura ikindi, none ka musomyi muhire nawe ubivuga ko iki?

0 Comments